Le système économique des sociétés aux économies relativement faibles impose une voie pour se retirer des situations confuses et pour élever leurs économies. Soit le renforcement ou la promotion du partenariat public-privé. Il y a lieu à se demander l’état des lieux de ce processus au Burundi et le rôle de ce phénomène dans le… Lire la suite Partenariat public-privé : un passage obligé pour le développement au Burundi
Auteur : Bamporiki Thierry
Stage professionnel : exploitation de l’homme par l’homme ?
Le manque d'emplois pour le pays en général et de créativité chez les jeunes en particulier constitue un facteur majeur du désœuvrement de la jeunesse burundaise selon certaines opinions. Le stage professionnel se substitue progressivement à l'espoir d'être recruté pour les jeunes chômeurs au Burundi. Néanmoins, les entreprises profitent du besoin cruel d'occupation des jeunes… Lire la suite Stage professionnel : exploitation de l’homme par l’homme ?
#UburundiKera : inasenge wa muntu, agakomeye ku mwigeme w’aho hambere
Niko ubucuti bwaramye ariko bukarutana. Mu buzima bw'umwigeme w’aho hambere, inasenge w'umwigeme yaba afise ikibanza ntasubirizwa. Ivyo bikabonekera ku kuntu umwigeme na inasenge bari akadasohoka. Ikibazo gica kivyuka ni iki : kubera iki inasenge w'umwigeme yari afise ikibanza gikomeye nk'ico ? Kwoba ari kubera gusa yavukana na se ?Tubirabire hamwe. Iyumvire nawe : umwigeme yashimwe… Lire la suite #UburundiKera : inasenge wa muntu, agakomeye ku mwigeme w’aho hambere
#UburundiKera : ivuka ry’amahasa, iteka canke ingorane ?
Mu mico kama y'abarundi, umusi w'ivuka ni ikintu kidasanzwe mu buzima. Ivyo vyerekanwa n'imigirwa yaherekeza ivuka ry'umwana. Ivuka ry'amahasa ryo ryaza riruta iyindi migirwa yose dufatiye ku migirwa idasanzwe yaherekeza amahasa. Imiziro n'imigirwa ijanye n'ivuka yafatira ku kwemera kw'abarundi bari bafise. Imwe muri yo abayigira biyumvira ko bariko barakingira uwo mwana. © Constance Bonnotte Ku… Lire la suite #UburundiKera : ivuka ry’amahasa, iteka canke ingorane ?
Aristide Ihorimbere : de l’entrepreneur à l’inspirateur
Un jeune entrepreneur qui a commencé son entreprise à bas âge. Il fait un pas vers l'inspiration des jeunes Burundais à l'entrepreneuriat . Né à Ngozi, Aristide Ihorimbere ne fait pas seulement la fierté de sa famille mais aussi de la jeunesse qui aspire à l'entrepreneuriat. C'est en 1990 qu'il est né dans une famille… Lire la suite Aristide Ihorimbere : de l’entrepreneur à l’inspirateur
#UburundiKera: ukugendeza kwaruta ukwemera
Aho hambere, imibereho y'abarundi yari ifise amategeko naho ataho yari yanditse. Ayo mategeko yagenga akami ka muntu, abonekera ku kuntu abatase batunganirizwa n’ubwo nyene habamwo utunenge bivuye ku kibanza uwu canke uriya afise mu kibano, umubano wari umeze neza abasangiye akarimbi bagasangira n'ikiyago. Amategeko twogereranya n’imigirwa yaribonekeza turavye uko abantu bagendeza kandi rimwe na rimwe… Lire la suite #UburundiKera: ukugendeza kwaruta ukwemera
Inyuma y’ukwahukana, agateka k’umukenyezi karabangamirwa
Umukenyezi co kimwe n'umugabo, bompi biyemeje gushinga urugo, baba bemeye kuzobana ibihe vyose bazoba bakiri kumwe. Ariko rero, amategeko y'ibihugu ntiyirengagiza ko hari igihe ivy'ukwubaka binanirana. Yaciye ategekanya ibihe bimwe bimwe umwe mu bubatse ashobora gufata ingingo y'ukuvana n'uwundi. Mu Burundi, ingingo y'158 y'igitabu c'amategeko agenga ingo n'imiryango, irerekana imvo zimwe zimwe zishobora gutuma umwe… Lire la suite Inyuma y’ukwahukana, agateka k’umukenyezi karabangamirwa
Ukwemera n’ukwubaka, igikuru ni ikihe ?
Ukwemera ni ntasubirizwa kugira umubano urame kuri bamwe. Ku bandi ukwemera gufise ikibanza gisanzwe. Ingo zimwe zirasambuka, izindi zigahagararira mu nzira kubera abari bakundanye badasangiye ukwemera. Mu madini menshi bati uwo mudasangiye idini nti mukubakane. Abamaze gutera intambwe y'ugushinga urugo baravuga ko ugutunganirwa mu rugo bitavana n'uko umwe canke uwundi yemera kuko ngo ukubaka kuvana… Lire la suite Ukwemera n’ukwubaka, igikuru ni ikihe ?
Itabi: muragabe ririca!
Itabi ni ikintu gikundwa ariko abahinga mu vy'ubuvuzi bakerekana ko ribangamira amagara y'abantu. Kubera iki ribandanya rinyobwa kandi ribangamira amagara ? Hokorwa ikikugita ntiribandanye kwiha inkumbi ? Jewe na wewe turafise ico twoterera.Biroroshe gutangura kugakwega ariko amariheba ni urugamba rukomeye.Itabi riramaze imyaka itari mike rihitana ubuzima bw'abantu. Abo rihitana hariho abatamenya ko ribabangamiye, abandi bakabimenya… Lire la suite Itabi: muragabe ririca!
La désintoxication ethnique de la nouvelle génération : à qui la tache ?
La cohabitation sociale dans nos diversités est l'une des richesses inédites à la disposition de la nouvelle génération. Cela étant, je ne doute pas que la nouvelle génération ne soit pas ethniquement nulle en matière de la prise de conscience de son appartenance ethnique. Il reste à savoir qui informe l'enfant de son appartenance sociale,… Lire la suite La désintoxication ethnique de la nouvelle génération : à qui la tache ?
Ingabirano zo ku bugeni, atari uruhendo ni ukwiyerekana
Ingabirano zo kubugeni ni ikintu kinezereye kandi gishigikira abarushinze, bakumva ko batari bonyene ariko ko bashigikiwe n'incuti ababanyi n'abagenzi. Naho biri uko, hari abemera kugaba ariko bigaherera mu mvugo gusa. Crédit photo : Yaga Si ak'ubu, kuva kera ingo nshasha zamye zihimbara abitavye ibirori vy'ubugeni. Abarushinze baragabirwa bigahera ku bavyeyi, abarezi, ababanyi, incuti n'abagenzi bagakurikira.… Lire la suite Ingabirano zo ku bugeni, atari uruhendo ni ukwiyerekana
