Société

Ukwemera n’ukwubaka, igikuru ni ikihe ?

Ukwemera ni ntasubirizwa kugira umubano urame kuri bamwe. Ku bandi ukwemera gufise ikibanza gisanzwe. Ingo zimwe zirasambuka, izindi zigahagararira mu nzira kubera abari bakundanye badasangiye ukwemera. Mu madini menshi bati uwo mudasangiye idini nti mukubakane. Abamaze gutera intambwe y'ugushinga urugo baravuga ko ugutunganirwa mu rugo bitavana n'uko umwe canke uwundi yemera kuko ngo ukubaka kuvana… Lire la suite Ukwemera n’ukwubaka, igikuru ni ikihe ?