Santé, Société

Rumonge: twikingire corona tutibagiye n’izindi ndwara

Mu gihe isi yose imaze igihe yugarijwe n'ikiza ca Coronavirus, mu gisagara ca Rumonge baragerageza kuyikingira mu gukaraba neza n'isabuni mu bibanza nka vyose bihuriramwo abantu benshi. Ariko hakaba hakiriho agahaze mu kugirira isuku ibibanza bimwe bimwe. crédit photo : Burundi Eco Hambavu y'ikiza ca coronavirusi, Hariho ingwara nyinshi zishobora gusinzikaza abantu bivuye kw'isuku rike,… Lire la suite Rumonge: twikingire corona tutibagiye n’izindi ndwara

Société

Burundi: «dunyuri», un transport à la kamikaze

Crédit photo: Le Monde Si vous êtes déjà passé par la route nationale numéro 1 (RN1), communément appelée irya Bugarama, vous avez sans doute croisé des cyclistes qui approvisionnent quotidiennement la ville de Bujumbura en charbon ou autres vivres. La plupart d'entre eux s'agrippent sur les camions. Ils ont même trouvé un nom à ce… Lire la suite Burundi: «dunyuri», un transport à la kamikaze

Santé, Société

Coronavirus: urugutegeye kunda ruba rukwishe !

Mu gisagara ca Bujumbura haribonekeza abana rimwe na rimwe baba barikumwe n'abavyeyi babo bagenda barasabiriza canke ugasanga barahisemwo ahantu hamwe na hamwe bicara basabiriza uwurengana wese. Mbe kino kiza ca koronavirus kivuza uruhwa mugusasika inganda mu mihingo ine y'isi boba bakizi ? Bariko bacikingira gute ? « Mfasha » iryo n'iryo jambo rya mbere numvise… Lire la suite Coronavirus: urugutegeye kunda ruba rukwishe !

Santé

Ukwibaruka : urugamba ruzira agafyinyi

Mu gihe hageze ko imbanyi ivuka canke habaye ukugorana kwayo, umuvyeyi arumva ububabare arico bita « igise » agaheza akaja kw'ivuriro kugira bamufashe kwibaruka. Mbega n'ibiki biheza bikabera muri ka kumba kwo kwibarukiramwo bita « maternité » mu Gifaransa ? Kugira umuntu yibungenze aje ku bitaro kurondera umwakirira, biva ku bintu vyinshi: hari aho imbanyi… Lire la suite Ukwibaruka : urugamba ruzira agafyinyi