Kuva na kera umuziki wamye ushira hamwe abarundi kugira bakomeze ubumwe, baganire ndetse harimwo n'ivyigwa hamwe n'impanuro. Mbega umuziki woba ugifise ka kamaro kawo ko hambere ? Uko ukorwa munyandiko vyoba bifise akamaro? « Ururirimbo kera rwari rufise umutwe, umutumba n'amaguru » : bishikirizwa n'inararibonye Gema, yavyiganira abaririmvyi bo mu runganwe rushasha. Avuga ko ururirimbo… Lire la suite Akamaro n’akanovera k’umuziki wacu vyaroye he?
