Santé

Itabi: muragabe ririca!

Itabi ni ikintu gikundwa ariko abahinga mu vy'ubuvuzi bakerekana ko ribangamira amagara y'abantu. Kubera iki ribandanya rinyobwa kandi ribangamira amagara ? Hokorwa ikikugita ntiribandanye kwiha inkumbi ? Jewe na wewe turafise ico twoterera.Biroroshe gutangura kugakwega ariko amariheba ni urugamba rukomeye.Itabi riramaze imyaka itari mike rihitana ubuzima bw'abantu. Abo rihitana hariho abatamenya ko ribabangamiye, abandi bakabimenya… Lire la suite Itabi: muragabe ririca!