Société

Inyuma y’ukwahukana, agateka k’umukenyezi karabangamirwa

Umukenyezi co kimwe n'umugabo, bompi biyemeje gushinga urugo, baba bemeye kuzobana ibihe vyose bazoba bakiri kumwe. Ariko rero, amategeko y'ibihugu ntiyirengagiza  ko hari igihe ivy'ukwubaka binanirana. Yaciye ategekanya ibihe bimwe bimwe umwe mu bubatse ashobora gufata ingingo y'ukuvana n'uwundi. Mu Burundi, ingingo y'158 y'igitabu c'amategeko agenga ingo n'imiryango, irerekana imvo zimwe zimwe zishobora gutuma umwe… Lire la suite Inyuma y’ukwahukana, agateka k’umukenyezi karabangamirwa