Un oeil sur le Burundi ancien

#UburundiKera : umuzo w’abazungu wakiriwe gute ?

Muri kahise, abami bagisabwa bakaganza, abazungu baraje maze bahindura ibitari bike mu buryo abarundi babaho. Uko bigenjeje, uko bakiriwe n'uko babanye n'abarundi bagishika gushika basubiye iwabo kurerekana ukwihagararako n'ukurinda abarundi bari bafise. Ibiterwa bishasha vyaraje (ibiraya, umuceri, inyanya, amashu...) , ugusenga gutunganywa ukundi, bukubandwa guhindurwa ukundi, vyose birahinduka. Imbere y'uko ivyo bihinduka, habanje kuza abazungu… Lire la suite #UburundiKera : umuzo w’abazungu wakiriwe gute ?