Musique&Sport

Akamaro n’akanovera k’umuziki wacu vyaroye he?

Kuva na kera umuziki wamye ushira hamwe abarundi kugira bakomeze ubumwe, baganire ndetse harimwo n'ivyigwa hamwe n'impanuro. Mbega umuziki woba ugifise ka kamaro kawo ko hambere ? Uko ukorwa munyandiko vyoba bifise akamaro? « Ururirimbo kera rwari rufise umutwe, umutumba n'amaguru » : bishikirizwa n'inararibonye Gema, yavyiganira abaririmvyi bo mu runganwe rushasha.  Avuga ko ururirimbo… Lire la suite Akamaro n’akanovera k’umuziki wacu vyaroye he?