Société

Umumenyeshamakuru si uwukorera iradiyo gusa

Mu Burundi hari uburyo butari buke bwo kuronka amakuru. Muri kino gihe tugezemwo hoho aho hari abafise imashini - nyabwonko canke za ngendanwa zisununuye mu buhinga bituma baronka amakuru biciye ku buhinga ngurukanabumenyi. Ariko ku batari bake ubabwiye umumenyeshamakuru batahura uwukorera kw' i radiyo ! None nivyo ? Tubirabire hamwe. Jewe maze amezi make ntanguye… Lire la suite Umumenyeshamakuru si uwukorera iradiyo gusa