Société

#UburundiKera : inasenge wa muntu, agakomeye ku mwigeme w’aho hambere

Niko ubucuti bwaramye ariko bukarutana. Mu buzima bw'umwigeme w’aho hambere, inasenge w'umwigeme yaba afise ikibanza ntasubirizwa. Ivyo bikabonekera ku kuntu  umwigeme na inasenge bari akadasohoka. Ikibazo gica kivyuka ni iki : kubera iki inasenge w'umwigeme yari afise ikibanza gikomeye nk'ico ? Kwoba ari kubera gusa yavukana na se ?Tubirabire hamwe. Iyumvire nawe : umwigeme yashimwe… Lire la suite #UburundiKera : inasenge wa muntu, agakomeye ku mwigeme w’aho hambere