Mu Burundi co kimwe no muri Afrika nzima, wasanga bafise imigirwa n’imigenzo itandukanye. Aha iwacu hariho umugirwa wakorwa n’abashingantahe iyo abakenyezi babo batashe bavuye kwibaruka. Uwo mugirwa ukaba witwa « gukanda umuvyeyi ». © http://www.parents.fr Mu gihe tumenyereye ko bakanda umuntu yababaye yaba yavunitse canke hari ikindi kintu camubabaje cane, umuvyeyi avuye kwibaruka nawe nyene aba yababaye… Lire la suite Ugukanda umuvyeyi, umugirwa utahugwa ugutandukanye
