Société

#UburundiKera : ivuka ry’amahasa, iteka canke ingorane ?

Mu mico kama y'abarundi, umusi w'ivuka ni ikintu kidasanzwe mu buzima. Ivyo vyerekanwa n'imigirwa yaherekeza ivuka ry'umwana. Ivuka ry'amahasa ryo ryaza riruta iyindi migirwa yose dufatiye ku migirwa idasanzwe yaherekeza amahasa. Imiziro n'imigirwa ijanye n'ivuka yafatira ku kwemera kw'abarundi bari bafise. Imwe muri yo abayigira biyumvira ko bariko barakingira uwo mwana. © Constance Bonnotte Ku… Lire la suite #UburundiKera : ivuka ry’amahasa, iteka canke ingorane ?