Aho hambere, imibereho y'abarundi yari ifise amategeko naho ataho yari yanditse. Ayo mategeko yagenga akami ka muntu, abonekera ku kuntu abatase batunganirizwa n’ubwo nyene habamwo utunenge bivuye ku kibanza uwu canke uriya afise mu kibano, umubano wari umeze neza abasangiye akarimbi bagasangira n'ikiyago. Amategeko twogereranya n’imigirwa yaribonekeza turavye uko abantu bagendeza kandi rimwe na rimwe… Lire la suite #UburundiKera: ukugendeza kwaruta ukwemera
