Société

Ukwiyunguruza : « mbe mwa ba kokayi mwe, kuki mudukubagura ? »

Ukwiyunguruza mu masaha y’umugoroba mu gisagara ca Bujumbura ntivyoroha kubiyunguruza na za bus mu masaha y’umugoroba na cane cane ku baba berekeza hagati mu gisagara ca Bujumbura. Akenshi bararwanirwa n’abajejwe kubegereza imiduga basanzwe bazwi kw'izina ry'abakokayi. Naratembereye kuri Gare du Nord mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura nongera ndanayaga n’abantu. Twese tuba twipfuza gufatwa nk’abami n’abo… Lire la suite Ukwiyunguruza : « mbe mwa ba kokayi mwe, kuki mudukubagura ? »