Mu gihe hageze ko imbanyi ivuka canke habaye ukugorana kwayo, umuvyeyi arumva ububabare arico bita « igise » agaheza akaja kw'ivuriro kugira bamufashe kwibaruka. Mbega n'ibiki biheza bikabera muri ka kumba kwo kwibarukiramwo bita « maternité » mu Gifaransa ? Kugira umuntu yibungenze aje ku bitaro kurondera umwakirira, biva ku bintu vyinshi: hari aho imbanyi… Lire la suite Ukwibaruka : urugamba ruzira agafyinyi
