Ingabirano zo kubugeni ni ikintu kinezereye kandi gishigikira abarushinze, bakumva ko batari bonyene ariko ko bashigikiwe n'incuti ababanyi n'abagenzi. Naho biri uko, hari abemera kugaba ariko bigaherera mu mvugo gusa. Crédit photo : Yaga Si ak'ubu, kuva kera ingo nshasha zamye zihimbara abitavye ibirori vy'ubugeni. Abarushinze baragabirwa bigahera ku bavyeyi, abarezi, ababanyi, incuti n'abagenzi bagakurikira.… Lire la suite Ingabirano zo ku bugeni, atari uruhendo ni ukwiyerekana
