Société

Burundi:Ubudede bwo munda bwoba bugifise ya nsiguro ya kera?

Aho hambere, gushaza kw'umwigeme canke kw'umupfasoni cari igikorwa ntasubirizwa.Mu gushaza, barambara imigufu,ubudede(ubuyeye), imiringa n'ibindi vyinshi.Mbega ubu vyoba bigifise insiguro imwe n'iya kera? Ni ikizira ko bobukubonana Ubuyeye canke ubudede bwo bwari imice ibiri. Hari ubuyeye bambara ku maguru n'ubwo bambara mu nda.Naho kwari ugushaza, ubuyeye bwo mu nda abantu benshi ntibabuvugako rumwe, bigatuma batanga insiguro… Lire la suite Burundi:Ubudede bwo munda bwoba bugifise ya nsiguro ya kera?